Umutumiro w’amasengesho yo gusengera uburundi n’abarundi

Umutumiro w’Amasengesho yo gusengera Uburundi n’abarundi yo yuwa 11/04 na le 14/04/2018

Nkuko Uhoraho Imana ya dutegetse  ku misu ya gatatu niya gatandatu, twama dufise amasengesho yo gusengera uburundi n’abarundi.

URUFATIRO

« URUKUNDO RUREMESHA » Abarundi barakeneye urukundo ruremeshwa ruri hejuru y’amacakubiri y’ubwoko, amacakubiri y’amadini, amacakubiri y’intara n’imiryango n’amacakubiri y’ivyiyumviro vya politike. Uburundi burakeneye Urukundo ruhagarika ubwicanyi n’itotezwa, rugatahukana impunzi, rukarekura abapfungiwe ubusa, rukamara ubukene n’inzara mu bantu.

IBISOMWA:

-1 KOR 13: 1-13

-1 SAM 23: 15- 29

INDIRIMBO

354; 158; 91;122 na 16

IVYOMPWEMU AHISHURA

Abantu beshi bararushe; ntarukundo; ntakibaremesha; ubudyadya ni bwinshi.

Haba muba kozi b’Imana, abanyapolitike n’abandi bose. Ariko naho biri uko Data wenyene niwe wokuremesha abiwe kandi araje kuremesha abahahamutse nibibazo bitandukanye.

IVYO GUSENGERA

Abahahamuwe n’ibibazo;

-ababuze gitabara;

-abagowe ;

-abarenganijwe….;

-Ihanga ry’Imana nabarongozi baryo;

-abasenzi;

-abavugishwa ;

-abakozi b’Imana batandukanye na b’Ihanga.

Nidusangwe  IMANA -UBURUNDI N’ISEZERANO.

Bigiriwe I Bujumbura le 10/04/2018

abisezerano.com

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s