Kayanza : Umunyabigega wa UCODE i Muhanga yahagaritswe n’igiporisi

Umubitsi w’ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana UCODE, ishami rikorera mu ntara ya Kayanza, Komine Muhanga, ari mu minwe y’igiporisi mu ntara ya Kayanza.

Amakuru ava mu ntara ya Kayanza, amaenysha ko uwo mukenyezi yahagaritswe inyuma y’ubusuma bwabaye mu bubiko bw’ishirahamwe UCODE muri komine Muhanga, haraheze indwi.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE, yamenyesheje ko amafaranga 8127000 fbu ariyo yibwe kw’igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018.

Pierre NKURIKIYE yamenyesheje kandi ko abantu batatu aribo baciye bafatwa ku mvo z’amatohoza.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s