Kinama : Umuntu atamenyekanye yishwe akerewe izosi

Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu gatondo ko kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 7 Rusama 2018, mu murima w’umuceri uri mu Buhinyuza, muri zone ya Kinama, komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura.

Nkuko amakuru dukesha ababa hafi yaho hatowe ikiziga, uwo muntu yatowe yakuweko umutwe, yambaye agahuzu ko munsi konyene, mu mugongo hari urupapuro rwanditse ko « Gahanga wishwe ni iki ? »

Ayo makuru nyene, amenyesha ko abishe uwo muntu baciye bagenda batwaye uwo mutwe wiwe, hamwe n’impuzu ziwe.

Mu giporisi bavuga ko baza kugira ico bavuze kuri uwo muntu yitavye Imana, mu wundi mwanya, ni ikuru tuguma tubatohoreza.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s