RDC : Abongereza babiri boba banyururijwe mw’ishamba rya Virunga

Abongereza babiri banyurujwe mw’ishamba rikingiwe rya Virunga, riri muri Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo.

Amakuru ava muri Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, avuga ko urukurikirane rw’imiduga yarimwo ingenzi yakozweko igitero, aho muri iryo shamba.

Urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko uko vyagenze biramenyekana neza, ariko bivugwa ko umwe mu bacunga iryo shamba yishwe.

Ubushikiranganji bw’Ubwongereza bujejwe imigenderanire n’amakungu buvuga ko bukiriko burakora amatohoza ku makuru avuga ko izo ngenzi zari vy’ukuri abanyagihugu b’Ubwongereza.

Mu kwezi guheze kwa Ndamukiza, batanu bacunga iryo shamba hamwe n’uwugendesha imodoka, bariciwe mu gitero.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s