“Nuko rero mumenye yuko jewe ubwanje,ari jewe MANA,Kandi kw ata yindi mana ibangikanye nanje” Uhoraho

MUKRISTO KUBA TUBONA IBITURUSHA N’IBIGERAGEZO,NTIBISIGURA KO UHORAHO ATARIKUMWE NATWE,TWIHWEZE INDIRIMBO YA MOSE,TWIBUKE IVUKA RYA MOSE, ABAVYEYI BIWE BARI MURI EGIPUTA FARAWO ABACURA BUFUNI NA BUHORO,MBERE ATANGA ITEGEKO YUKO BAZA BARANIGA IMPINJA ZOSE ZABAHUNGU, MOSE BAMU NYEGEJE MURUZI,MBEGA WEWE IVYO BIGUTUNTUZA BIRUTA IVYO,IMANA YAHINDUYE MOSE UMUNTU AHAMBAYE NAWE TEGEREZA WIHANGANYE ISAHA YO GUSAYANGANA YAWE.

GUSUBIRA MUVYAGEZWE 32:4_7_11/18_39.

4/Ico GITANDARA,igikorwa ciwe n’agahore;Kand’inzira ziwe zose ziragororotse.n’IMANA yo kwizigirwa,itarimwo kugabitanya,iroranya,kandi y’Inyakuri.

7/Nimwibuke ibihe vya kera,Mwiyumvire uk’urunganwe rwagiye rukuranwa Mu myaka yashize bibaze ba so,barabibamenyesha,N’abo hambere,barabibabarira.

11/Nk’ukw inkukuma ikangura ivyana vyayo Mu cari,Igahungiriza amababa hejuru yavyo,Igasanza amababa,ikabijana,ikabiheka kumababa yayo,

18/CA GITANDARA mwavutseko ntimucicibuka,Mwibagiye IMANA yabavyaye.

39/Nuko rero mumenye yuko jewe,jewe ubwanje,ari jewe MANA,Kandi kw ata yindi mana ibangikanye nanje, Ni jewe ntuma Umuntu apfa,ni jewe ntuma umuntu abaho,Ni jewe nkomeretsa,ngakiza,kandi nta woshobora kugira ico arokora Mu kuboko kwanje. AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU!

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s