Mwijambo umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashikirije, yavuze yuko:
1. Inzego zatowe zizogumaho gushika 2020
2. Abanyapolitike batari kuri liste yabaronderwa nibatahe imiryango iruguruye .
3. Ibihugu bibitse abashaka gutoba umutekano wigihugu baragabishijwe nimba badatanze izo nkozi zibibi.
4. Reta yu Burundi iriko irakorana niya Congo guhasha inkozi zibibi ziri muri Congo .
5. Aratangaje icese imbere y’isi yose n’abarundi ko atazokwitoza kandi. Ati Manda yanje ihera 2020.
6. Ibiringo bibandanya kuba imyaka 5
7. Yihanikije abaserukira ibihugu vyabo
8. Uburundi buteye iyindi ntambwe ihambaye mu kwikurako umukoroni.