Bubanza : Igice c’uburaro bw’abahungu kw’ishure ryisumbuye ETB bwahiye

Igice c’uburaro bw’abanyeshure b’abahungu kw’ishure ryisumbuye ry’ubuhinga ETB riri mu ntara ya Bubanza carahiye mw’ijoro ryo kur’uyu wa kane igenekerezo rya 7 Ruheshi 2018.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mucanwa wadutse nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, aho vyikekwa ko wavuye ku muyagankuba.

Pierre NKURIKIYE avuga ko, ata muntu yahasize ubuzima canke akomereke, ariko amamatera baryamako ariyo yahiye aratokombera.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s