*Umutumiro w’amasengesho yo gusengera Uburundi n’Abarundi*

Nkuko Uhoraho Imana yadutegetse imisi yose kuwa gatatu no kuwa gatandatu twama dufise amasengesho yo gusengera UBurundi n’abarundi

URUFATIRO

 » URAHIRIWE WEWE WIZIGIYE UHORAHO ».

IBISOMWA:

– Yeremiya 17:7-8

– zaburi 20:7

– 2 Ngoma 32:1-8

– Habakuki 2: 1-4

INDIRIMBO

272; 122; 147; 248; 259

IVYOMPWEMU AHISHURA

Abantu mwiyi misi nkuko Ivyanditswe Vyera bivuga (imisi yiherezo) abantu baritwararitse cane kwizigira abantu gusumba kwizigira Uhoraho.

-Ariko naho biri uko ibibazo vyawe, vy’umuryango, vy’ishengero canke vyigihugu urimwo bizotoregwa inyishu n’Imana nta muntu azobitunganya.

-Bamwe bishimira ubutunzi, inkomezi, igihagararo, amashure, ico bari…. » »ariko mweho muze mwishimire Uhoraho » »(zaburi 20:7).

IVYOGUSENGERA

– Abatizera, abahemukiwe n’abantu, abakomerekejwe n’abo canke ivyo bizigiye atarivyo, abishimira ibigigwamana, abizigiye amasezerano y’Ibinyoma kugira ngo bagaruke ku Mana nyakuri.

– Dusengere abarwaye, abashonje, aba boshwe, impunzi, impfuvyi, abana bo mwibarabara; abantu batawe nabo bari bizigiye (abana n’abakuze), ingo z’abubatse, urwaruka n’abageze muzabukuru.

– Musengere Ihanga ry’Imana n’indongozi kuva hasi gushika hejuru ( Umurongozi, abamwungirije, abaririmvyi n’abadiyakoni, abapastori, abasenzi, abavugishwa n’abakera)

Nidusangwe Imana -uBurundi n’Isezerano.

Bigiriwe I Bujumbura le 12/06/2018.

Http ://www.abisezerano.com

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s