U Burundi ngo ntawateye mu Rwanda avuye ku butaka bwabwo

U Burundi ngo ntawateye mu Rwanda avuye ku butaka bwabwo, ngo ibivugwa n’igipolisi c’u Rwanda ni ikinyoma cambaye ubusa.

Ico gitero cabaye ku wa Mungu mw’ijoro cagira kabiri mu ndwi zidashika zibiri kandi n’ubwa mbere, ico gipolisi cari catunze agatoki uruhande rw’u Burundi.

Umviriza umuvugizi w’ubushikiranganji bw’u Burundi bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu, Terence Ntahiraja, avuga ko ivyo atarivyo namba.

Publicités

Un commentaire sur “U Burundi ngo ntawateye mu Rwanda avuye ku butaka bwabwo

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s