Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga bategerezwa kuba bafise amanota 60 %

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyeshako abanyeshure baronswa urupapuro rw’umutsindo bo mu mwaka wa nyuma mu gisata c’ubuganga bategerezwa kuba bafise amanota 60 kw’ijana canke ari hejuru yayo kugira baronswe urupapuro rw’umutsindo haba mu mashure ya Reta canke ayabigenga.

Mu rwandiko umushikiranganji w’amagara y’abantu yashize ahabona ,Thaddée NDIKUMANA amenyeshako buri munyeshure yiga mu gisata co gupima ingwara “Laboratoire” ategerezwa kwongerwa amanota 5 kw’ijana kuyo yaronse mu bikorwa vyo kwandika ,kubazwa no kwimenyereza (Théorie,pratique).

Thaddée NDIKUMANA avuga ko ata munyeshure yemerewe gusubiramwo umwaka umwe incuro zitatu ariko uwusubiramwo ku ncuro ya kabiri abifitiye uburenganzira.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s