Kukw’azokuragiza abamalayika biwe, Ngo bakuzigame mu nzira zawe zose

ZABURI 91: 11-12 Kukw’azokuragiza abamalayika biwe, Ngo bakuzigame mu nzira zawe zose. Bazokuramira mu maboko yabo, Woye gutsitara kw’ibuye. Alleluyaaaaaaa. DUSENGE : Tuje imbere zawe Mana yacu tugushima wabanye natwe waturagije ingabo zawe z’ijuru guko ivyari bibundiye ubugingo bwacu vyari vyinshi, n’uyu musi turakwinginze ng’Ushishikare kuturinda no kutuzitirira Uturinde amaja n’amaza uturinde kugwa no kuvunika uturinde ivyikakisha vy’uburyo bwose utwuzuze mw’inkomezi zawe tubandanye kugukorera uko ugomba ivyo vyose vyotuma Izina ryawe rirushirizaho guhabwa Icubahiro ubiduhere Ubuntu mw’Izina rya YESU KRISTO Amen.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s