Uhereye iy’izuba rirasira ugashitsa iyo rirengera Izina ry’Uhoraho rikwiye gushimwa

ZABURI 113 : 3-4 Uhereye iy’izuba rirasira ugashitsa iyo rirengera Izina ry’Uhoraho rikwiye gushimwa. Uhoraho ari hejuru y’amahanga yose, Icubahiro ciwe kiri hejuru y’amajuru. Haleluyaaaaaa. DUSENGE : Tuje imbere yawe Mana Nyen’Icubahiro Nyen’Ububasha tukuzamuriye Icubahiro n’Ushimwe Urabikwiriye waturinze Data Wera ivyari bibundiye ubugingo bwacu vyari vyinshi ariko wabikunze tuvyutse turi bazima n’Ushimwe. Tukweretse uyu musi uze kuturinda ivyo vyose vyokwitambika imbere zacu uze kubana natwe bimenyekane kuri muri twebwe natwe turi muri Wewe ivyo vyose vyotuma Izina ryawe rirushirizaho guhabwa Icubahiro ubiduhere Ubuntu mw’Izina rya YESU KRISTO Amen

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s