Rwanda: Umutekano uguma uhungabana.

Mugihugu c’urwanda naho ibihabera bitarashigwa ahabona, umutekano ntiwifashe neza. Uretse guturira imodoka y’ingenzi hariho n’amajambo yerekana yuko umutekano utifashe neza namba cane cane namba. Igitera urujiji ni uko imigwi isanzwe ivuga yuko irwanya leta y’Urwanda yiyitirira ivyo bitero ari myinshi. Umwe ati no Fdlr, uwundi ati ni za ngabo za Kayumba. Aba Rusesabagina nabo ngo: « ni twe! » Abantu nubu baracibaza ibihabera ntibarasobanukigwa.

Ico atawohakana ni uko hariko harabera ibikogwa vy’inyeshamba mukibira ca nyungwe, abantu benshi bakaba barindiriye kuraba uko bizokurikirana.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s