Uburundi bwakiriye inama igira 14 y’ishirahamwe ry’abahuza muri Afirika « AOMA »

Uburundi bwakiriye inama igira iya 14 y’isihirahamwe ry’abahuza bo muri Afrika AOMA (Association des Ombudsmans et Mediateurs Africains) mu ntumbero yo gutegura inama yimirije y’iryo shirahamwe yo gutora inzego nshasha zizosubirira iziriho ubu.

Umuhuza w’Uburundi Edouard NDUWIMANA mw’ijambo ryiwe ryo kugurura iyo nama yamenyesheje ko naho ishirahamwe ryabo ryaciye mu bibazo bijanye n’ubutunzi,urwego rw’umuhuza w’i Burundi ruzotanga intererano yarwo mu ntumbero yo gutorera umuti ivyo bibazo kugira ishirahamwe ry’abo rije k’urugero rw’ayandi mashirahamwe yo mu karere.

Edouard NDUWIMANA yijeje ko ikizova muriyo nama kizofasha kugira ibibazo nyamukuru vy’ishirahamwe bitorerwe umuti.

Ibihugu vyitavye iyo nama ni Djibouti,Sudani,Angola,Cote d’Ivoire,Lesotho,Afirika y’Epfo,Kenya,Zambiya,Tanzaniya,Madagascar,Etiypiya ,Malawi hamwe n’Uburundi.

Iyo nama itegekanijwe kumara umusi umwe igahera uno musi nta bamenyeshamkuru bemerewe kuyikwirikirana.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s