Rwanda: Intambara irakaze mu majepfo mbere Leta y’URwanda yokoresheje ibidege vy’intambara

Intambara yasutamye mu majepfo y’igihugu c’URwanda mbere n’indege z’intambara za leta y’Urwanda zasohowe kugwanya mugabo biba impfagusa. Abateye Urwanda ntibaramenyekana neza mugabo ni inyeshamba zigizwe n’abahutu n’abatutsi bagwanya leta. Amatwi adusumira hariho abasore babanyarwanda, bava mu gihugu hagati bakaja kwifatanya n’abagwanya leta. Ikindi ni uko abagize amadini benshi muri ico gihugu c’Urwanda bashigikiye abarwanya iyo leta ya General Paul Kagame.

Mapambano makali yanaendelea Kusini Magharibi mwa Rwanda kati ya vikosi vya waasi na vile vya majeshi ya Serikali katili na dhalimu ya Rais Meja Jenerali Paul Kagame, raia wengi wa Rwanda wanaendelea kukimbilia nchini Burundi. Haijajulikana bado hao waasi wanaongozwa na nani. Mpaka sasa inaelekea Kagame amekaa kimya, hajautangazia ulimwengu kuwa nchi yake imevamiwa na waasi. Mkoa wote wa Kusini Magharibi karibu umetekwa na waasi na barabara zinazotoka Mkoani humo kuelekea Kigali zimefungwa na waasi.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s