Yesaya 54:10. Isezerano dufise n’iry’ubuntu n’amahoro.
Imana Ifise Ubuntu butangaje,kandi Imana niyo Itanga amahoro. Murondere ayo mahoro,muyakurikire kugeza muyaronse. Yesu niwe mahoro yacu iyava akagera. Uhoraho Imana abahe ayo mahoro mu mitima yanyu;amahoro menshi;amahoro ameze nk ‘uruzi rutemba;amahoro ashibamira umutima n’ivyiyumviro vyawo muri Kristo Yesu.
Mugire ibihe vyiza na cane cane abizihiza isabato
Imana nyen’Ubuntu n’amahoro n’Ibahezagire.
imana iduhane umugisha mukomeze kutuha amakuru no kuremesha abarundi bari mungero zitandukanye
J’aimeJ’aime