yibuka ijambo YESU yamubwiye,at’inkoko itarabika uja kunyihakana gatatu .arenga irembo,araturika ararira.

ISI NTISAKAYE NAWE WONYAGIRWA,PETERO YIHAKANA YESU,MATAYO 26:69-75

A/BENE DATA DUTEGEREJE UKUGARUKA KWA KRISTO,T UREBE IVYA SHIKIYE PETERO,

B/yariko abazwa nincoreke’hamwe nabahagaze ngaho’

C/wewe canke jewe nzovyifatamwo gute nitwabazwa n’a basoda canke abapolisi canke abategetsi?

D/matayo26:69-Ariko petero yari yicaye hanze mu rugo.incoreke iza ah’ari,iti nawe nyene mwarikumwe na YESU umunyagalilaya.

E/70_nawe abihakanira mu maso ya Bose,at’ico uvuze sindanakizi.

71_yungururije mu bikingi vy’irembo’ iyindi ncoreke iramubona,ibarira abar’aho,iti n’uyu nyene yari kumwe na YESU umunyanazareti.

72_yongera kubihakana arahira,at’uyo muntu sindanamuzi.

73_hahise akanya,abahagazeho baramwegera,babwira petero,bati n’ivy’ukuri nawe ur’uwo muri bo;bitayeko n’imvugo yawe iraguhinyuza.

74_Bun’atangura kurahira arisiba,at’uyo muntu.sindamuzi.uwo mwanya inkoko irabika,

75/PETERO yibuka ijambo YESU yamubwiye,at’inkoko itarabika uja kunyihakana gatatu .arenga irembo,araturika ararira.

UHORAHO URUMUNYA KIGONGWE UZOKWAME UTUNESHEREZA IBITUGERAGEZA TUZAGIRE IHEREZO RYIZA NKA PETERO

Publicités