Kubera amazi yabaye urwatsi rutoto ejo hahise ifi zabonetse kubwinshi

Nkuko vyabaye muri kahise kandi nkuko abahinga babisigura, amazi gusa nurwatsi rutoto bigendana n’amafi memshi. Nivyo vyashitse muri iki gihe aho abantu bo kunkengera za tanganyika muri Kongo no muburundi biboneye ibitangaza mu mazi yico kibazo mukuronka amafi menshi.

Nkuko mubibona kuri ayo mafoto, akamwe kari kenshi muri congo babonye indagara zabishiriye kunkengera.

Publicités