Muri Ghana bari mu muhango wo gushingura Kofi Annan, yahoze ari umunyamabanga mukuru wa ONU

I Accra muri Ghana hariko haraba umuhango wo gushingura Bwana Kofi Annan, umwirabura wa mbere yarongoye ishirahamwe mpunzamakungu ONU, yashengeye ku myaka 80.

Abanyacubahiro hamwe n’abanyagihugu bari bamaze iminsi ibiri baja gusezera ikiziga ciwe cari mu kibanza categuriwe abipfuza kumuserukako ubwa nyuma.

Haheze amayinga igihugu kiri mu bihe vyo kwibuka ubuzima bw’umuntu ari mu bari bubashwe cane kw’isi.

Muri ino minsi ibiri irangiye ingoma nizo zumvikana mu nyubakwa y’amakoraniro « Accra International Conference Centre », mu gihe abamugandariye bo mu gihugu no mu makungu baguma baja kumutera iteka.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s