Uwahoze atwara ikigo ONPR yagenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa w’ubushikiranganji

Uwitwa Onesphore BARORERAHO yagenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikirangji bujejwe intwaro ibereye .

Kubw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/134 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2018 rimenyeshako Onesphore BARORERAHO agenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikirnganji bw’intwaro ibereye.

Onephore BARORERAHO yahora ari umwigisha muza kaminuza zitandukanye akaba yarigeze gutwara ikigo kijejwe gutegekaniriza kazoza abakukuruke ONPR(Office National des Pensions et Risques Professionnels).

Publicités