C’ibitoke : Ibisasu ntezwantoke 5 n’ibikono vy’amasasu 3 vyatowe

Ibisasu ntwezwantoki 5 hamwe n’ibikono vy’amasasu 3 nivyo vyatowe kuruno wa mbere mu nzu iri kw’ibarabara rya mbere inomero 12 mu C’ibitoke muri karitiye ya mbere.

Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo bigwanisho vyatowe mu kinogo cimbwe n’imbeba inyuma yaho uwuba muriyo atabaje abajejwe umutekano .

Ayo makuru avuga ko ababa muriyo nzu bariko bararondera iyo mbeba kandi inyamiramabi iza yatanguye amatohoza.

Publicités