Nzobashikana mu gihugu c’bw’Isirayeli. Nuko muzomenya yuko jewe nd’Uhoraho

Ezekiyeli 37:11-14 Nuko arambarira ,ati Mwana w,umuntu,ayo magufa ni wo muryango wose wa Isirayeli: ehe baravuga bati, amagufa yacu arumye, n,ivyizigiro vyacu birabuze,turashize rwose. None vuga,ubabarire, uti uku niko Umwami Uhoraho agize,at,ehe, nzorangaza imva zanyu, mbaduze muve mu mva zanyu, mwa bantu banje;kandi nzobashikana mu gihugu c,Ibw,Isirayeli. Nuko muzomenya yuko jewe nd, Uhoraho, igihe nzoba ndangaje imva zanyu, nkabaduza mukava muri zo, mwa bantu banje.Kandi nzobashiramwo Mpwemu wanje, mube bazima, mbashire mu gihugu canyu bwite, maze muzomenya kw ari jewe Uhoraho nabivuze kandi ndabishikije, ni ko Uhoraho agize.Amen

Publicités