Ngozi: Umukuru w’igihugu yakoranije inama ihuza abakorera mu gisata c’ubutare

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 7 Munyonyo umwaka wa 2018 mu ntara ya Ngozi, inama y’abakorera mu gisata co gucukura ubutare mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe. Iyo nama yahuje abakorera mu gisata co gucukura ubutare ibaye inyuma yaho inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano ihagaritse ibikorwa vyose vy’amashirahamwe akorera murico gisata.Iyo nama yitabwe na bamwe mu bashikiranganji b’igihugu,abakorera mu gisata c’ubutungane,ba musitanteri bo muriyo ntara,abo mu rwego rw’igisirikare n’umutekano hamwe n’abakorera mu gisata c’ibidukikije.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s