Nyuma yo gusohorerwa umutahe wo gufatwa yagirizwa uruhara mu bwicanyi bwa Prezida Melchior Ndadaye, Pierre Buyoya yabwiye ko harimwo imvo za politike kandi agahakana yuko atarimwo.
Uretse kuba yaranditse urwandiko , ubu yatanze ikiganiro kuri Radio yuko atabwoba afise bwo kujanwa ku nguvu gukubitwa intahe mu gahanga mu Burundi.