Uwahoze atwara u Burundi, Pierre Buyoya, yabwiye BBC ko gusohorerwa umutahe wo gufatwa ari politike

Nyuma yo gusohorerwa umutahe wo gufatwa yagirizwa uruhara mu bwicanyi bwa Prezida Melchior Ndadaye, Pierre Buyoya yabwiye ko harimwo imvo za politike kandi agahakana yuko atarimwo.

Uretse kuba yaranditse urwandiko , ubu yatanze ikiganiro kuri Radio yuko atabwoba afise bwo kujanwa ku nguvu gukubitwa intahe mu gahanga mu Burundi.

Publicités