Itohoza ku vyaha vy’abo mw’iperereza mu Burundi

Iri tohoza ry’igisata ca BBC kijejwe amatohoza (BBC Africa Eye) ryatanguye inyuma y’uko habonetse ibisa n’amaraso vyatemba biva mu rupangu ruri mu gisagara Bujumbura.

Publicités