Ibiteramo n’amasengeshoyo ya Noweli no kurangiza umwaka mu Burundi

Mu gihe Igihe cose mu mpera z’umwaka haba ibihuha vyinshi, mbere na satani akiha inkumbi akoresheje impanuka zo mwibarabara, abarozi n’abandi bicanyi; aba Kristo bo mu gihugu c’Uburundi bobo bahisemwo gutegura ibikorane vyo gushima mubiteramo vyo gutazira no gusenga. Ni muze twifatanye nabo.

Publicités