Abarundi amasinzi baguma bagira ingendo z’amahoro zo kwiyamiriza ababi n’akabi

Bujumbura, abanyagisagara isinzi bahurikiye mu mashirahamwe atandukanye bari mu rugendo rw’amahoro rwo kwiyamiriza abacangero hamwe n’abanyamahanga bashaka gusubiza uBurundi mu ndyane zitandukanye,kandi uwu musi bafatanye mu nda.

Publicités