Imigambwe 19 yo mu Burundi iriko irihweza ibigenga amatora yo muri 2020

Iyo migambwe 19 iriko irabira hamwe ibwirizwa N°1/20 ryo kuwa 3 Ruheshi 2014 kugira barihuze n’ibwirizwa shingiro rishasha ry’uburundi ryo muri Rusama 2018, kubwo amatora ya 2020.

Burundi : 19 partis politiques échangent sur le code électoral 2020 ( Photo : INTUMWA 2018 )
GITEGA , kuwa 4 Nzero2019 – Umushikiranganji M. BARANDAGIYE Pascal, w’intwaro yo hagati mu gihugu, ari kumwe n’abaserukura imigambwe yabo.

Publicités