Ivyavuye mu matora mûri Kongo ntibiradadanuka kuko bitarasinywa.

Hariho umukenyezi asanzwe ari mu rwego rwateguye amatora aho muri ico gihugu ca Kongo bivugwa yoko yarahiye akarengwa yuko adashira igikumu ciwe kucegeranyo kitarico kivuga yuko Felix Tchisekedi umuhungu wa Ethienne ariwe yatsindiye amatora. Uwo mukenyezi agira ati:  » Naho kwoba ari ukubizira ntavyiteguriye, uwatsinze amatora ni Fayulu kuko tubifitiye ivyemezo.

Ibintu rero ngo ntivyifashe neza I Gombe aho I Kinshasa mu nyubakwa irimwo ibiro vya CENI kuko iyo nzu hamwe nako karere kose kuzuyemwo abasirikare n’abapolisi isinzi basanzwe bacungera Umukuru w’igihugu ca Kongo Joseph Kabila aho abantu bibaza yuko hari iterabwoba ryinshi.

Uwuserukira leta ya Amerika muri ico gihugu ariko araraba yuko ico cuka cohera ukuri kukaja ahabona ata maraso asesetse.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s