Tanzania, imyambaro y’igisirikare 1947 yafatanywe impunzi mu nkambi z’impuzi za Nduta na Mutendeli.

M. Kangi Lugola, Umushikiranganji w’intwari mugihugu hagati ca Tanzaniya, yirukanye abakozi bashinzwe impunzi 5 ahejeje umubonano wiwe n’abaserukura ishirahamwe ryitaho impunzi I Mtendeli na NDUTA mu ntara ya Kigoma .

Ayo makuru abanda avuga yuko iyo myambaro ya gisirikare 1974 yari yaje iturutse mu gihugu c’ubuyapani.

Publicités
%d blogueurs aiment cette page :