Haleluya ! Mushimire Imana ahera hayo, Muyishimire no mw itazanure ry’ubushobozi bwayo ! Muyishimire ivy’ inkomezi yakoze,

ZABURI 150:1-2 Haleluya ! Mushimire Imana ahera hayo, Muyishimire no mw itazanure ry’ubushobozi bwayo ! Muyishimire ivy’ inkomezi yakoze, Muyishimire nk’uko bibereye ubukuru bwayo buhambaye ! Alleluya bwoko bw’Imana ! Shimira Imana yawe kubw’uyu musi ! Yagukoreye vyinshi yakugwaniriye vyinshi vyari bibundiye ubugingo bwawe, yateguye imitego myinshi wari wategewe mw’ibanga, ariko NDIHO yahabaye ! Alleluya. DUSENGE : Mana Data wa Twese, Mana y’Ubushobozi turagushimiye cane waturinze watuzigamye nushimwe Mana turakwinginze Ushishikare kudutwikiriza imbabazi zawe udukureko ibigaragara nka goriate udukureko ibigaragara nka farawo utegure imitego yose badutegeye mw’ibanga mw’izina rya Yesu Kristo utwuzure kandi utwuzuze mw’ijambo ryawe icubahiro inganji no gufukamirwa birushirizeho kuba ivyawe mw’Izina rya Yesu Kristo Amen.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s