Kera ishengero niryo ryatunganiriza igihugu. Mugabo ubu igihugu nico gitunganiriza ishengero. Abatazi Imana nibo basigaye bigisha abakozi b’Imana ingendo ibereye. Twahagurutse ngo dusengere abakorera Imana bose kugira ngo ibihishurire gusunba, ibahindure gusumba, ibahe ubwengenge n’ihishurigwa, ibakingire, yishure imitwaro yabo kandi ibahe inkomezi. Isengesho rirakiza, rirabohora kandi riratabara. Rikora ibitangaza
Tutabandanya urutonde rwabo, uyu munsi twashimye guhera kuri aba:
1. MANIRAMPA thacien.
2. MIBURO Dieudonne.
3. BIMPENDA Isaac
4. NDINZAKAHA Laurent.
5. Jackson NKESHIMANA
6. Charles HARINGANJI
7. NTIRANDEKURA Frederick
8. BIZIMANA Ellie
9. NDIHOKUBWAYO Mathieu
10. Mbonankira Lionel
11. Vyizigiro Patient
12. Habonimana Partrait
13. Manirakiza Cedrick
14. HAKIZIMANA sylvestre
15. BASABAKWINSHI Melchior
16. MUHITIRA Fabrice.
17. NIYONZIMA Lucien
18. NZOHABONAYO Tharcise.
19. NTAWUMENYA Leonidas
20. Havyarimana Dieudonné
21. Habonimana Pascal
22. Nzikibazanye Guido
23. Mukunzi Ferdinand
24. Kimana Anicet
25. Disi Leopord
26. Nzisabira Bosco
27. Kamwenubusa Leonidas
28. Hakizimana Laurent
29. Gloriose
30. Aline
31. Merchiade
32. Nyandwi Salvatore
33. Ngendakumana Jeremie
34. Vyizigiro Ildephonse
35. Butoyi Adele
36. José
37. Ndikumagenge Gilbert
38. Marie Rose Manirakiza
39. PAST JUVENAL NDAYISHEMEZE
40. Past Blaise NIRAGIRA
41. Past Samuel Bayubahe
42. Ndihokubwayo Joseph
43. Barishinga Lamec
44. Buvugubusa Daniel
45. Ntiguma Lambert
46. Nyandwi Elie
47. Nsengiyumva Martin
48. Niyorugira Simeon
49. Nijimbere Edouard
50. Niyubahwe Eric
51. Nsengiyumva Eric Steeven
52. Rwasa Therence
53. Past Desire
54. Macumi Denise
55. Past Jean Pierre
56. Celestin njanywenimana
57. Kagisye Marc
58. Edmond kivuye
59. Irad ndihokubwayo
60. Jean claude nzisabira
61. Ndayizeye Albert
62. Chris ndikumana
63. BASABAKWINSHI Melchior
64. MUHITIRA Fabrice.
65. NIYONZIMA Lucien
66. NZOHABONAYO Tharcise.
67. NTAWUMENYA Leonidas
Abavugabutumwa ni benshi kandi burya bahura n’ibibazo vyinshi. Hari abo utabona kuri uru rutonde? Baturungikire dushira amazina yabo lu bicaniro basengegwe ico Imana yikorera.
Rungika ayo mazina yabo kuri: +966 55 667 4316, +254 770 599738, +260 97 8685755