Ihanga Ryera ry'Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Ni umuryango w'Abera, batoranijwe n'Uhoraho Imana bahabga Isezerano. Twigisha ubutumwa bg'ukuri, tukabatiza, tugasengera abantu kandi tugakora ibikorwa vyo kugororoka. Yesu Kristo niwe rufatiro rwacu, intumwa ziwe zatubereye akarorero. Ubu dusaba Abarundi bose abaganza n'abaganzwa, abari mu gihugu n'abari mu mahanga, gushira hasi imigambge n'imihari yabo; gushira hasi amadini n'amashengero yabo; gushira hasi amoko n'imiryango yabo kugira ngo umwe wese yihane ivyaha vyiwe, yezwe kugira ngo aronke uburinzi bg'Uhoraho Imana. Hari ico Uhoraho Imana agira akore mu gihugu cacu co gushitsa isezerano kizonyiganyiza abantu bose. Tubaze kuri abisezerano@gmail.com Tel: +257-6140 4181 canke +1-914 448 3650.
AccueilBurundi: Les dates des élections de 2020 sont connues; il reste aux différends partis de sortir les programmes pour que l’on en prenne connaissance.