Hasigaye iminsi 3 gusa ngo Ihanga ry’Imana ryose ritangure amasengesho yo kwisonzesha azomara 7

Harisaye iminsi 3 gusa ngo dutangure ya masengesho y’amafungo aho tuzomara iminsi 7 twisonzesheje tutarya tutanywa kubera igihugu cacu, abarundi n’imitwaro itandukanye. Mwese mwifatanye n’Ihanga ry’Imana muri ayo masengesho kugira ngo Imana ibatabare kandi mwironkere ibitangaza mwasezeraniwe. Hamagara usanga uwufise ikibazo agomba;1. Kuvugana n’umuganga2. Gusigurigwa inzozi3. Kubatizwa4. Gusengegwa5. Gutanga ubutumwa, isengesho, inyereko canke intaheKuri +25761404181, +257 61279458, +257 69595788+251-940846357, +254 770599738 Umwami wacu Yesu Kristo abahezagire.