Ihanga ry’Imana rirarumije iminsi indwi ryisonzesheje.

Abantu amasenzi n’amasinzi, abari mu gihugu c’Uburundi n’abari mu mahanga, uyu munsi bararumije iminsi indwi bisonzesheje batarya kandi batanywa.

Abo barundi bari kumpande zine z’isi batoranijwe n’Imana ngo bahabuze amasezerano Imana yahaye igihugu c’Uburundi. Bamaze iyo minsi yose basengera igihugu c’Uburundi n’ingorane Abarundi bose barimwo.

Izo ntari zigizwe n’abasenzi, abaririmvyi abavugabutumwa batandukanye n’abizera bose. Nta dini canke umugambwe bigamiye. Bahagaze kw’ijambo ry’Imana gusa kandi bakizera ico yavuze. Yesu Kristo niwe mwami n’umukoza wabo, Amen!

Publicités

Répondre

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s