Intahe n’amashimwe vy’Ihanga ry’Imana

Ihanga Ryera ry’Umwami Mana rifise intahe n’amashimwe vyinshi kubera ibikogwa bihambaye Imana yakoze kubwo amasengesho y’abera yamaze iminsi indwi.

Ingwara zarakize, imitwaro irishugwa eka n’ibindi bitangaza birakoreka ababoshwe barabohoka kuko abo Imana yatoranije mw’Ihanga baraturiye amareba n’uburozi bw’abapfumu, abakonikoni, abarozi n’abandi.

Aha kuri iyo foto mubona cari igikogwa co guturira ivyo cabereye mu ntara ya Mwaro.

Imana yacu ihabwe icubahiro.

http://www.abisezerano.com

Publicités