Ntugire ubgoba kubgo ibihuha naho vyoba ukuri hakaduka intambara, urarinzwe kuko Yesu Kristo agufashe ukuboko

Uko Uhoraho Imana yarungitse igipfungu n’igisika c’umusenyi mu gihe c’intambara kugira ngo ikingire ubgoko bgayo, Ihanga ryayo maze abansi babo bakabura epfo na ruguru, imbere n’inyuma; niko n’uyu munsi igiye gukingira twebwe Ihanga Ryera ryayo yahaye isezerano. Nawe ni wayizera akaba ariyo yonyene wizigira izogukingingira mu bihe bibi abantu bagira binjiremwo. Gira uti amen, usanga wizerara yuko ugutabarwa kwawe n’ukwo igihugu cawe kuri ku Mwamwi wacu Yesu Kristo, ishusho y’Uhoraho Imana itaboneka, AMEN!