Turi mu mwaka musha muhire wa 2020

“Nta muntu n’umwe azoshobora kuguhagarara imbere imisi yose uzomara ukiriho: nk’uko nabanye na Mose ni ko nzobana nawe; sinzoguhemukira, sinzoguta. Shikama, ushire amanga, kukw ari wewe uzoshikiriza abo bantu igihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha. Mugabo shikama, ushire amanga cane, kugira ngo witondere ivy’ ivyagezwe vyose bivuga, ubishitse, ivyo Mose umusavyi wanje yakugeze; ntuz’ utambamire i buryo cank’ i bumoso, kugira ng’ ugire ukuboko kwiza ah’ uja hose.”Yosuwa 1:5-7