Abantu benshi barumviriza ingene ibinyamakuru bimwe bimwe bikwiragiza impuha, ibinyoma bivuga yuko ibintu bicika mu Burundi kandi ari Amakuru y’ibinyoma. Abandi baribonera uko ibintu biriko biragenda kw’isi: Intambara, imiduga iraswa, indege zikorogwa n’amatati y’amahanga adateze gutoregwa umuti uyu munsi. Vyose birerekana yuko ari ibimenyetso vy’iminsi tugezewo.
Twebwe nk’Ihanga Ryera duhamagarira abantu bose kwihana, bakezwa kuko ntawuzi umunsi n’isaha.