Igihugu c’Uburundi camye kiranga n’ububeshi, uruyeri n’irementanya Abarundi bakabinywerako uruho rw’amazi. Abicanyi bagashigwa hejuru Mu gihugu mbere no mu makungu gushika naho baduzwa ku cubahiro co kwitwa abahuza. Ivyo bigiye kurangira.