Ihamwa ry’abakristo: iyo mubona si ireresi isanzwe, ni ukuri kw’ibera mw’isi

Ireresi yerekana uko abatizera idini rya Isilamu n’imana yabo yitwa Allah bicwa.

Ivyo vyo kwicwa kw’abantu batemera idini bikogwa amakungu , asanzwe asemerera ngo agateka ka zina muntu, arorera. Nivyo bavuga ngo biyamiriza ivyo sivyo bashira imbere. Umuvyuro n’Ikanguro niryo rizohwamika ubgo bu bisha bgo gutoteza no kwica abizera Yesu Kristo. Abahamagawe bose barakwiriye guhaguruka.