Abarundi barakwiriye kuruhuka ubgicanyi,akarenganyo n’amarementanya.
Mwokwibuka yuko wa mugwi washinzwe gutohoza ukuri wavuze yuko wamaze gutohoza ibinogo rusangi mu gihugu cu Burundi: Bubanza :240
Bujumbura :250
Bururi :88
Cankuzo :41
Cibitoke :345
Gitega :640
Karusi :91
Kayanza :322
Kirundo :200
Mairie :74
Makamba :207
Muramvya :315
Muyinga :184
Mwaro :181
Ngozi :337
Rumonge :396
Rutana :119
Ruyigi :133
Abantu bose barakwiriye guhaguruka bagahindura imico n’imigenzo, ivyiyumviro n’imvugo kandi intwari z’aba-Kristo zigaseruka kugira ngo zihagararire ukuri.