Uyu mwaka wa 2020 ubikiye aba kw’isi ibintu vyinshi uBurundi.

Nkuko abantu bose ba bibona, uyu mwaka wa 2020 ubukiye ababa kw’isi ibintu vyinshi. Mu Burundi naho nyene ntawobiharira yuko ata bimenyetso vy’ibihe bihaboneka.

Uretse ingwara, ubgicanyi, ubukene n’inzara, haribonekeza imyuzure n’ibihomoka hirya no hino mu gihugu.