Intahe kuri kahise k’Uburundi (1972) Ntibigasubire

Abantu benshi baratinya ukuri bakakwita ukuzura akaboze bakibagira yuko ukuri kubohora ( Yohana 8:32) Abarundi twari dukwiriye gutangura kwigisha ukuri kwa kahise k’igihugu mu mashure kugasubira kukandikwa neza ni kimwe mu vyofasha igihugu gukira.