Aller au contenu principal

Ihanga Ryera ry-Imana

Ihanga Ryera ry'Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Ni umuryango w'Abera, batoranijwe n'Uhoraho Imana bahabga Isezerano. Twigisha ubutumwa bg'ukuri, tukabatiza, tugasengera abantu kandi tugakora ibikorwa biranga intumwa z'Imana. Yesu Kristo niwe rufatiro rwacu. Nti twisuka muvyo amadini, imigambgwe canke ngo twifatanye n'ivyo isi. Twigisha abo isi ukwihana n'ukugororoka. Email: ihangaryimana@gmail.com Tel: +257-61404181.

  • Accueil
  • Radio Isezerano
AccueilIntahe kuri kahise k’Uburundi (1972) Ntibigasubire

Intahe kuri kahise k’Uburundi (1972) Ntibigasubire

Lien 11 mai 2020 Ihanga Ryera ry-Imana Abisezerano

Abantu benshi baratinya ukuri bakakwita ukuzura akaboze bakibagira yuko ukuri kubohora ( Yohana 8:32) Abarundi twari dukwiriye gutangura kwigisha ukuri kwa kahise k’igihugu mu mashure kugasubira kukandikwa neza ni kimwe mu vyofasha igihugu gukira.

Partager :

  • Twitter
  • Facebook
  • LinkedIn
  • Telegram
  • WhatsApp
  • Skype
  • E-mail
  • Imprimer

WordPress:

J'aime chargement…

Articles similaires

Navigation des articles

← Votre seule audience c’est Jésus Christ
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO AZOMARA IMINSI 7 →

Radio Isezerano Internationale

Ibiganiro mu ndimi zo mumahanga

Application mobile: Isezerano

Bibiliya y’Ikirundi

Akazindizi: Ikirundi n’icongereza

Suivez-nous

  • Facebook

Abisezerano T.V

Igicaniro c’abavugishwa

Muzohora musoma amakuru yavuye kumusozi w'Abavugishwa

Hindura murundi rurimi

Ibiharuro v'abagenzi

  • 659 438 Abatugendeye

Entrez votre adresse mail pour suivre ce blog et être notifié par email des nouvelles publications.

Rejoignez 6 235 autres abonnés

Ihanga Ryera ry’Imana ni bande.

Turi Ihanga Ryera ry’Imana, abatiranijwe, abahawe isezerano tukaba n’umuryango w’abera. Ntimuturonderere mu madini canke ayo mashengero yo mw’isi. Turi ishengero rya Yesu Kristo, wa mugeni wiwe agiye kugaruka gutora. Tuguma dusenga, tuvuga ubutumwa, tubatiza abantu kuko duteramiye isezerano ry’igihugu n’iryo ijuru Uhoraho Imana yadusezeraniye. Tugiye gutwara umuvyuro n’ikanguro mu gihugu no mu mahanga. Umwami Yesu yamamare!

Rondera

Créez un site Web ou un blog gratuitement sur WordPress.com.
  • Radio Isezerano
loading Annuler
L'article n'a pas été envoyé - Vérifiez vos adresses e-mail !
La vérification e-mail a échoué, veuillez réessayer
Impossible de partager les articles de votre blog par e-mail.
Confidentialité & Cookies : Ce site utilise des cookies. En continuant à utiliser ce site, vous acceptez leur utilisation.
Pour en savoir davantage, y compris comment contrôler les cookies, voir : Politique relative aux cookies
<span>%d</span> blogueurs aiment cette page :