Ibintu bikuru bikuru vyaranze impera y’indwi mu Burundi

Ikimenyetso cabaye mw’ijuru aho iziba rya cuze umwiza mu gihugu
Inyuruzwa mu Gisyo ry’umugabo yavuze amazina y’umugambge utari ku butegetsi.
Iterwa rya grenade ntezwaminwe sa mbiri z’ijoro mu bunywero buri mu Bwiza kurya 4.
Isozerwa ry’imyiyamamazo y’imigambge itegura amatora azoba kuwa 20/05/2020

Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry’Imana risavye aba-Kristo bose kwinjira mu masengesho yo kwisengera, gusengera imiryango yabo no gusengera igihugu cacu ngo ubugombe bg’Imana abe aribgo buba. Yesu Kristo abahezagire mwese.

Votre commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l’aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l’aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l’aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l’aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s