Abisezerano Amakuru makuru makuru yo ku Burundi Lien16 juin 2020 Ihanga ry-Imana Kubera urupfu giturumbuka rwashikiye umukuru w’igihugu cacu c’Uburundi Petero Nkurunziza, ibindera ryigihugu cacu riduzwa gushika hagati co kimwe n’ayo ibihugu vyo mu karere. Evariste NDAYISHIMIYE yemejwe na sentare ijejwe kwubahiriza ibgirizwa nshingiro ategekanijwe kurahira kuri uyu wa 18/06/ 2020 ngo abe umukuru w’igihugu asubirira Petero Nkurunziza, I Gitega. Partager : Partager sur X(ouvre dans une nouvelle fenêtre) X Partager sur Facebook(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Facebook Partager sur LinkedIn(ouvre dans une nouvelle fenêtre) LinkedIn Partager sur Telegram(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Telegram Partager sur WhatsApp(ouvre dans une nouvelle fenêtre) WhatsApp Envoyer un lien par e-mail à un ami(ouvre dans une nouvelle fenêtre) E-mail Imprimer(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Imprimer J’aime chargement… Similaire