Amakuru makuru makuru yo ku Burundi

Kubera urupfu giturumbuka rwashikiye umukuru w’igihugu cacu c’Uburundi Petero Nkurunziza, ibindera ryigihugu cacu riduzwa gushika hagati co kimwe n’ayo ibihugu vyo mu karere.
Evariste NDAYISHIMIYE yemejwe na sentare ijejwe kwubahiriza ibgirizwa nshingiro ategekanijwe kurahira kuri uyu wa 18/06/ 2020 ngo abe umukuru w’igihugu asubirira Petero Nkurunziza, I Gitega.