Inkuru ivugwa cane ni ishingurwa rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yahora ari umukuru w’Igihugu c’Uburundi.

Ibirori vyo gushingura Petero Nkurunziza yahora arongoye igihugu c’Uburundi imyaka 15 biriko birabera mu ntara ya Gitega.